Francine NIYONSABA yateye iteka rikomeye Igihugu c’Uburundi

Spread the love

FRANCINE NIYONSABA yateye Iteka igihugu C’UBURUNDI mumahiganwa y’Isi yose yo kwiruka yariko abera #BIRMINGHAM. Aho yashoboye gutahukana umudari w’inzahabu (GOLD).

Akaba yatahukanye Ikibanza ca mbere mu kwiruka uburebure bwa metero amajana umunani (m 800) akaba yashoboye gukoresha  umwanya ungana  na 1’58″31″‘.


Akaba yahawe agashimwe kangana n’ibihumbi mirongo itanu VY’amadollar y’Amanyamerika. (50.000 USD).

Sangira iyi nkuru n’abandi bose.

You May Also Like

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

WP Facebook Auto Publish Powered By : XYZScripts.com
WhatsApp chat