KING HUBERT ARAGABISHA BIG FIZZO

Spread the love

King Hubert, ubu ariko arafata umuziki wiwe eka akanashira kurundi rwego umuziki ndundi, inyuma yo gukorana indirimbo na Kidumu no gutangaza benshi kumudiho n’uburyo aririmbamwo umuziki wiwe, ubu hoho biraboneka ko ishavu riniga kandi ababazwa nukungene umuziki w’uburundi imisi yose bama bavuga wawundi nk’umwami wayo.

Kurubuga rwiwe rwa instagram, King hubert yanditse amajambo aremereye kandi anagabisha Mugani Desire benshi bakunze kumuhamagara Big Fizzo, aho yanditse ati:”No disrespect and all that, somebody got to tell @bigfizzo that’s I’m coming for his spot his been there for soooooo long and this has to change I love his music tho” bisigura:” Ntakagaye karimwo, ariko uwubonye buno butumwa amushikirize Big Fizzo amumenyeshe ko igihe ciwe c’arangiye, ndi mu nzira ndaje kugira mfate ibinyegukiye, igihe n’ikirekire ariko harageze ko bihinduka.”

Raba hano indirimbo Iwacu ni heza by King Hubert ft Kidum

 

You May Also Like

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

WP Facebook Auto Publish Powered By : XYZScripts.com
WhatsApp chat