Movie| Ingaruka z’ubuhemu igice c’ambere

Spread the love

Umurwi AJEB-FILMS  urabatumiye kuraba igice c’ambere c’ireresi Ingaruka z’ubuhemu. 

N’ireresi yakinywe umurwi AJEB-FILMS wo muntara ya MUYINGA.

 

“Ni film y’umuhungu atize yigisha umukobwa akanamuhigira akazi azi ko ariwe bazoca bubakana, ariko nyina wumukobwa aca yankira umukobwa wiwe ko adashobora kurongorwa nuyomuhungu….”

Kurikirana i film ufyonze ngaho hasi.

 

You May Also Like

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

WP Facebook Auto Publish Powered By : XYZScripts.com
WhatsApp chat