New Video|OverDose- Ado Josan

Spread the love

Irabire amasanamu y’indirimbo ya OVERDOSE yaririmbwe n’umwe mubaririmvyi babarundi basanzwe baba mu gihugu cacu FINLAND azwi kw’izina rya ADO JOSAN . Indirimbo ikozwe kurwego rugezweho muri kino gihe.

Amasanamu yayo yakozwe n’umuhinyanyuzi asanzwe ava mu nyubakwa za GRAND PICTURES  benshi bazi kw’izina rya  LANDRY SB.

You May Also Like

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

WP Facebook Auto Publish Powered By : XYZScripts.com
WhatsApp chat