News/Intahe ya El Malakay yakubise mu gahanga ka B Face

Spread the love

El Malakay  ati “Yaje nka Goriath yitwaje amanyam’asara, nanje nje nka Dawudi n’inkota y’ijambo ry’Imana”.

“Umuraperi w’umurundi ahari umubwirwa na vina” ayo majambo ndizera ko twese tuzi iyo yaje ava. Mugihe indirimbo “La diference” itashoboye kuronka uwuyihanga, ubu hoho GIRIKWISHAKA Boniface alias B Face intahe yamukubise mu ruhanga; akaba ar’inyuma yo kwifatir’abaririmvyi bagenziwe mu gahanga, abicishije mu ndirimbo “HITAMWO” aho yashoboye kuvugamwo abaririmvyi bari mumuce wa Gospel music.

“Sind’uwubaburanira kuko ntibantumye kandi niyo ndabahanuza ntibari kump’uruhusha” amajambo y’inkoramutima mu kuvugira abo basangiye umwuga, aho mbere binaboneka ko yari yitondeye kugira ngo ashobore kwishura abutumwa bwari bwerekejwe kubaririmvyi batandukanye ba Gospel.

Twobanyesha ko Big Zoe, Prince Mshindi na GN igihe indirimbo HITAMWO isohoka babonetse nkabashigikira iciyumviro ca B Face, eka mbere nabakunzi bamwe barashimye amajambo yarimwo, ariko nababonye ko itarikwiriye barigaragaje naho vyabereye mu ntamatama.

Ukaba utarumviriza “Itahe mugahanga by El Malakay” yumvirize uciye ngaha

 

You May Also Like

One thought on “News/Intahe ya El Malakay yakubise mu gahanga ka B Face

  1. If yoս find yourself fascinated aboսt a new career as a paralegɑl, therе are a
    variety of options whiⅽh youll be able to
    consіder. You may decide that being a contract paralegal
    is the waay thɑt you simρly want tto pursue this field.
    You can start by weighing the professionals and
    cos of this thrilling new manner off working in the paralegal subject; andd you coul determine that it is the best ᧐ption for you.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

WP Facebook Auto Publish Powered By : XYZScripts.com
WhatsApp chat