Umuririmvyikazi akongera akaba numwanditsi w’indirimbo zitandukanye asanzwe akorera kurubuga ndundi Ester Nishimwe azwi cane kukazina ka Ester Nish yaraye amenyesheje ko atakiri kumwe na management yiwe ya *Kim Frans Lebo* inyuma yaho bari bamaraniye igihe kitari gito bakorana
Esther Nish asanzwe azwi cane ku ndirimbo *Ndabibona* ivyo yabishikirije abicishije kumbuga ziwe ngurukana bumenyi aho twovuga facebook na Whatsap (status)
Aho twokumenyesha ko Hope talent yamwakiye isanzwe ari inzu y’ihinyanyuriro (audio & video) yahoze ikorera mu ntara ya Ngozi mu gisagara ca Ngozi nyene ndetse ikaba inakora amafoto meza agezweho
Reka turindire ico bagiye gukorera Esther Nish narirya atamuririmvyikazi bari bwatangure gukorana kuva batanguye gukorera mu gisagara ca Bujumbura