NGM257

News| Menya Static Noize ico bari

Spread the love

STATIC NOIZE: N’umurwi wabaririmvyi babarundi baba mugihugu ca Australia. uwo murwi ugizwe n’abasore babiri aribo Trilla Foe hamwe na Siri Kidd, abo basore bavukiye mugihugu kibanyi ca Tanzania mu mwaka w’i 2000, bakurira mugihugu ca Australia aho batanguriye umuziki wabo.

Static Noize bari munsi ya Management Buja Music Entertainment (BME) aho ihagarikiwe na Eddie J. Khalikawe.

Raba hano ino video ya Static Noize

 

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

WP Facebook Auto Publish Powered By : XYZScripts.com
WhatsApp chat