Uko King Hubert yahuye na Kidumu

Spread the love

King Hubert, n’umwe mubaraperi b’abarundi bariko baravyifatamwo neza mu gihugu ca Australia. Inyuma yo gukora indirimbo yamuhaye kwamamara mu Barundi, eka no mu gihugu ciwe c’amavuko aho yakoranye n’icamamare co mu karere azwi kw’izina  rya Nimbona Jean Pierre alias Kidumu, ubu abarizwa mu gihugu ca Kenya.

King Hubert yavukiye mu Burundi, yavuyino akiri umwana, yakiriye mugihugu ca Australia, inkuru dufise nuko ariko ariga umuziki mu kaminuza.

Ikiganiro ikinyamakuru canyu twakoranye na management ya King Hubert, ariyo Kings nations, bivanye nuk’abakunzi b’umuziki w’uburundi bamaz’igihe babaza mbega bahuriye he? Jamal GIRANEZA ajejwe kwamamaza ibikorwa vya Hubert yavuze ati:”Kidumu yaj’ino mu giteramo, twebwe nkabajejw’ibikorwa vy’umuririmvyi twakoze ikibereye kubw’umuririmvyi wacu nawe arakora igikorwa gishimishije nkuko mwagihawe; kubwivyo twayaze na management ya Kidumu hamwe nawe.”

Hubert nawe ati:” nahuye na Kidumu uyo musi nyene w’igiteramo bukeye tuja muri studio”.

 

Raba hano amasanamu y’indirimbo “Iwacu ni heza” by King Hubert ft Kidumu

You May Also Like

One thought on “Uko King Hubert yahuye na Kidumu

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

WP Facebook Auto Publish Powered By : XYZScripts.com
WhatsApp chat